Ikoribyayo dorcas official

Ikoribyayo dorcas official Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ikoribyayo dorcas official, Car rental, Kigali.

10/05/2025

๐Ÿ’ฃ๐Ÿ’ฅ Muri Na Buja FM Umuririmvyi B-face On The'flo Niwe Yakije Umuriro ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Gusumba Bose Raba Ukuntu Abantu Barizwa ๐Ÿ˜ญ Numunezero ๐Ÿ”ฅ

10/05/2025

๐Ÿ’ฃ๐Ÿ’ฅ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
Sinababwiye Ati Umuriro Ugiye Kwaka ๐Ÿ”ฅ Ibaze Ahantu Hazoba Hari B-face, D-ONE , Kirikou A Kili , Double-jay , Na Lolilo Simba ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

Abo Bose Bazoba Bahujwe Numu Boss Cash Madam Natacha Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Muri Concert Yiwe Yise Concert โœŠ๐Ÿ”ฅ Hano Hantu Hazoca Uwambuye Eeh Nako ๐Ÿ˜ Uwambaye โœŠ๐Ÿ”ฅ

Ibisigaye Nimuvyumvirize Ngaho ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

09/05/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ
INTANGA Yโ€™IKINEGE Part 01
๐Ÿ”ปBa Uwambere Kuyikurikirana
Kwโ€™itariki Ya Mbere Zโ€™ukwumunani (Le 1 Aoรปt 2024)

Ba Uragira Subscribe Kuri Youtube Ya NTERANJIMBERE FILM ๐Ÿ‘‰
https://youtu.be/9lECNhNJmU8

09/05/2025

๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ KUMBE VYABINTU VYA Dj Fernando NA NIVYO BARI BAPANZE ๐Ÿค”๐Ÿ˜ช

09/05/2025

๐Ÿ˜…๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ HARAJWE โœŠ Nguyo Mutoyi Wa Melanin boy Nawe Aritaye Mumuziki ๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ Nimwumvirize Ino Ndirimbo Mwumve Nawe Kwazoteba Akaba Nkamwenewabo ๐Ÿ˜

Muhejeje Kuyumviriza Muce Mumuha Impanuro Zokubibandanya Canke Kugira Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Ugume Usukuye ๐Ÿ˜โœŠ

Iyo Ndirimbo Yitwa By Ocean Fashion Muyumvirize Muce Mumuhanura ๐Ÿ˜โœŠ Amanuke Mumuji Canke Yigumire ๐Ÿ˜โœŠ๐Ÿ”ฅ

09/05/2025

๐Ÿ™„ UBUROZI Dj Fernando +257 Yarogesheje Melanin boy Buragaragaye Niyompamvu Yazimye Ukuri Kwose Hanze โš ๏ธ Biteye Agahinda Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ..

09/05/2025

๐Ÿ’ฃ๐Ÿ”ฅINTAMBARA YA 3 YISI๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Dj Fernando Na Melanin boy Bahatswe Kwicana Ntibazopfa Bumvikanye Indirimbo Zabo Biranse Ko Bazisohora Kubera./Fernando YARIYE UMU CHERIE WA Melanin Boy

08/05/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ
Kera Twakuze Dukunda Ba Ba Rambo Nabandi Ariko Kino Gihe Uburundi Bugiye Kuba Mubihugu Bifise Abakinyi Bama Cinema Kurwego Rudasanzwe ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

Raba Ino Cinema Igiye Gusohoka Ya NSORO Numuriro ๐Ÿ’ฃ๐Ÿ’ฅ

Sha Bwabundi Ndabonye Uwugiye Gucungura Filmndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅโœŠ

Nimube Murateramira Kuri Feu Rouge ๐Ÿšฆ Murindire Umuriro Ugiye Kwaka Wiyi Movie

Link ๐Ÿ“Ž https://youtu.be/88DV96HR0aE

08/05/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ
01 Iyi niyo Film Iriko Iravugwa Uburundi Bwose ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Namba Utarayibona Wahomvye Cane

Izi Nizo Film Twari Dukeneye Cane Hano Muburundi Yirabe Ucumbwira Uko Wayibonye

UYIKENEYE YOSE LINK ๐Ÿ”—https://youtu.be/7INFWIZVnOY?si=LajlJ8AZWgbDGETS

08/05/2025

โŒ IVYUTAMENYE KURI CONCERT YARAYE IHOMVYE Dj Fernando, Melanin boy NIBO BABITUMYE KUKO NIBO BARI GUTEREZWA KUHUZUZA Double-jay NA Kirikou A Kili BARI BAHERUKAYO VYOSE VYAPFIRIYE KURI PROMOTION YAVYO โœ…โ›”โš ๏ธ

08/05/2025

๐Ÿ™…โ€โ™‚๏ธUKURI KWOSE HANZE Umukobwa Yasambuye We Love Muzika Aravyivugiye/ Bose Twararyamanye Banterinda ๐Ÿ˜ช nkunda Melanin boy .. Dj Fernando +257 Yaciyinyuma

07/05/2025

๐Ÿ˜ BASORE MWUMVISE KO ABAKOBWA BADUHAGURUKIYE? ๐Ÿ˜๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ MUBURE KUTARONDERA ZIKWIYE ๐Ÿ™†โ€โ™‚๏ธ๐Ÿ˜

Address

Kigali

Telephone

+250723734752

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ikoribyayo dorcas official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category